Action de grâce : Mwami Mana ndakuririmbira

  1. Uhoraho nama ntangazwa cane, N’ivyaremwe n’ibiganzavyawe, Inyenyeri n’uguhindakw’inkuba, Vyerekanaububashabwawe

R/ Mwami Mana ndakuririmbira, Uri nkuruurinkuru (2X)

  1. Iyongendamw’ishambary’ikibira, Numv’inyoniukoziririmba,Ndikumpingandendendaba mu mwonga, Mbon’imigezinumv’umuyaga. R/
  2. Iyonibutse ko Mana watanze, Umwanawawek’umusaraba, Imitwaroyanjeakayikorera, yampfiriyengombeumwanawawe. R/
  3. Kristuazozanana n’impunduziwe, Azonjana mu rugokwa Data, Nzopfukamampimbaz’Imanayanje, Mvuz’impundunti Mana urinkuru. R/

 Temps d’envoi : Ni weweMugenga

R/ Ni weweMugengawanjyeYezu, Wandidiyeubuzimanzagusingiza (2X)

  1. Wabanyenanjye mu bihebyiza ; No mu bikomeyeunyitahoYezu(Ni wewe) R/
  2. UsingizweYezu, aririmbwe na bose ; N’abatakuzibabeshwahonawe. (Ni wewe) R/
  3. Urukundorwawerunteraimbaraga, Rukansimbagizandirimba, Alléluia.(Ni wewe)  R/
  4. Mfashagukundaabandinkukowankunze ;  Bose bakumenye ko ariwoweMugenga. (Ni wewe)  R/
  5. Kuba uyumunsinkirimuzima ; Si ukondiintunganeah’ubwoumfitiyeumugambi. (Ni wewe) R/